Reta Zunze Ubumwe za Amerika zirukanye umuserukizi wa Afrika y'Epfo i Washington, umushikiranganji wa Amerika ajejwe imigenderanire Marco Rubio akavuga ko "ata kibanza agifise mu gihugu cacu".
Reta ya Sudani y'Epfo irahakana amakuru avuga ko Uganda yarungitse ingabo zidasanzwe gufasha gucungera umugwa mukuru w'ico gihugu, Juba. Umukuru w'ibiro bikuru vy'igisirikare ca Uganda, Jenerali ...
一些您可能无法访问的结果已被隐去。
显示无法访问的结果