Intambara y'Uburusiya muri Ukraine no kwiyonjorora kwa Amerika vyatumye Ubudagi bwigeze kuba bwijijanya imitima bushira amafaranga menshi mu gisata co kwivuna abansi.
Mu kiganiro cihariye na BBC, umusatirizi wa West Ham Michail Antonio aravuga kw'isanganya ry'imodoka ryahatswe kumuhitana ...