Ni bwo bwa mbere Trump agabishije ashimitse Uburusiya ku ngaruka zo gukwega ibirenge mu biganiro vy'amahoro kuri Ukraine ...
Intambara y'Uburusiya muri Ukraine no kwiyonjorora kwa Amerika vyatumye Ubudagi bwigeze kuba bwijijanya imitima bushira amafaranga menshi mu gisata co kwivuna abansi.