Bulamatari w'intara ya Kivu ya ruguru Julien Paluku, avuga ko abungere aribo bafashije kugira ivyo birwanisho bigera kuri toni zitanu bimenyekane aho binyegejwe. Ngo bavuze ko vyoba vyanyegejwe n ...