Abantu bataramenyekana mu ijoro ry'ejo ku cyumweru bateye igisasu cyo mu bwoko bwa 'grenade' mu kabari (ikirabo) kari muri zone ya Kamenge mujyi wa Bujumbura. Laurene Muzaliwa ni umwe mu bantu ...
Irambona n’umugore wiwe baba muri karitiye ya Gihosha mu buraruko bw’igisagara ca Bujumbura. Ico gice ni co kimaze kugaragaramwo abanduye benshi na cane mu makaritiye ya Kinama na Kamenge.