Mu kwezi kwa kane 2011, General Niyombare yagiye mu Rwanda mu rwego rwo gukomeza ugukorana mu vya gisirikare hagati y'ibihugu vyombi. Ivyo bihugu mu nyuma vyumvikanye gusangira amakuru ku bijanye ...
Umwe mu myanzuro mishya ya leta y'u Rwanda mu kurwanya coronavirus ni ukugabanya abacururizaga mu masoko n'amaduka manini (malls) ku gipimo cya 50% mu murwa mukuru Kigali, bakajya basimburana.